NEWS

Azam Fc ya Didier Kavumbagu niwo waraye utahukanye igikombe ca Cecafa kagame cup

By

on

Umugwi Azam Fc wo mu gihugu ca Tanzania usanzwe ukinamwo umurudi Didier Kvumbagu  niwo waraye utahukanye igikombe ca cecafa kagame cup,nyuma yo gutsinda mu rukino rwa nyuma umugwi wa Gor Mahia wo mu gihugu ca kenya ibitsindo 2 ku 0

azam coupe

Naho umugwi wa Azam fc waraye utahukanye igikombe ca cecafa kagame cup imbere yuko urwo rukino rutangura umugwi wa Gor Mahia usanzwe ukinamwo umukinyi w’umurundi Karim nizigiyimana Mckenze niwo wahabwa amahigwe yo gutahukana iryo higanwa

Ibitsindo vya Azam fc bikaba vyatsinzwe na John Bocco ku munota wa 15 w’igice ca mbere,Kipre tchetchea nawe atsinda igitsindo ca 2 mu gice ca kabiri