Ukiba kwisi uzunva vyinshi kandi uzobona vyinshi, hariho ivyo wokunva ubibwiwe numuntu kanaka ntuvyemere ariko uvyiboneye namaso canke ubibwiwe nuwabikoze ivyo bintu ugahita uvyemera.
Ikintu nokwita ko kidasanzwe kandi ari ubwambere ndacunvise kuva nakavuka nicuno muhungu wo muri Tanzania yubukanye na Mama wiwe umuvyara ariko twebwe ntitwocita ko bubakanye ahubwo ninkogusambanya mama wiwe kunguvu, ikindi naco gitangaje nuko bamaranye imyaka ishika 10 ariko batarabona umwana ??/ jeee impanvu niyahe ?? uburozi bwoba burimwo ?? Abakozi b’Imana nikubandanya dusenga kuko isi yaheze.
Ino Video ndavyizera ko atari ubwambere uyibonye ariko kubatarayibona nimuyirabe hano musi !