NEWS

Ashley Diva mu karuhuko i Mombassa

on

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley diva ari mukaruko I Mombasa aho yagiye kuruhikira mukurangiza neza umwaka Wa 2017

Aganira n’ikinyamakuru cacu Ubmnews,Ashley diva akaba yatubwiye ko muri kino gihe ari mukaruhuko ariko ko naho ari mu karuhuko abandanya akora ko bokwitega vuba ikintu gishasha

Tworangiza tubamenyesha ko Ashley Diva ari umwe mu baririmvyi b’ abarundi bakundwa cane