NEWS

Ashley Diva arashimira umuryango wiwe kuba waritavye isabukuru ryiwe

on

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva arashimira cane umuryango wiwe kubona waramwitavye mu birori vy’isabukuru yiwe aho yararamutse akwiza imyaka 22 nkuko Ashley Diva yabishikirije ikinyamaakuru cacu ubmnews.
ashley 6
Ashley Diva akavuga ati:ndashimiye cane umuryango wanje kubona washoboye kwitaba ibi binyereka ko bafise ku mutima kandi bankunda cane.
ashley kuri aniversaire yiwe
Aya namwe mu mafoto yuko ibirori vyo kwifuriza isabukuru nziza Ashley Diva vyagenze.
ashley na amipro ashley 2 ashley 5 ashley4 ashley3