Friday, January 27, 2023
HomeSportsArgentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.

Argentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.

Igihugu ca Argentine nico catahukanye igikombe c’isi c’uno mwaka wa 2022. Ni inyuma yo gutsinda igihugu c’ubufaransa amapenariti 4 ku busa, hari mu gice canyuma c’ihiganwa ry’umupira w’amaguru ryariko ribera mu gihugu ca Qatar.

Iyo mirwi yose yahejeje umwanya wagenewe urukino harimwo n’uwagasunuzo inganya ibitsindo 3-3. Ni ukuvuga Ikipe ya Argentine ikaba iza guhabwa agashimwe ka miriyoni 42 z’amadorari y’abanyamerika nayo ikipe y’ubufaransa ironke miriyoni 30.

Must Read

Uburundi ku rutonde rw’ibihugu vya Afrika intwaro ibereye isa n’umugani (Fondation...

0
Igihugu c’uburundi cashizwe ku rutonde rw’ibihugu vya Afrika biza kw’isonga aho intwaro ibereye isigaye ari nk’umugani. Ivyo navyo ni :Sudani y’epfo, Somaliya, Eritreya, Republika...