NEWS

ARAKAZA Mac Athur yoba atarasinya amasezerano mashasha n’umugwi wa VITALO’O FC

on

Umunyezamu w’umugwi wa VITALO’O FC ARAKAZA mac Arthur yoba atarasinya amasezerano mashasha n’umugwi wiwe wa VITALO’O FC nkuko amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews.com dukesha abegereye uyo mugwi wa VITALO’O FC.

mac arthur na president wa vitalo

ARAKAZA Mac Arthur akaba yari asanzwe afise amasezerano y’umwaka umwe n’umugwi wa VITALO’O FC.
mac arthur

Twobamenyesha ko uyo munyezamu w’umugwi wa VITALO’O FC ashobora gusiba urukino rwa mbere rw’ihiganwa ruzobahuza n’umugwi wa Flambea de l’Est ruzoba kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 12/9/2015 mu Ruyigi.

Recommended for you