NEWS

Arakaza Mac Arthur yoba yaronse uwundi mugwi agiye gukinira?

By

on

Igihe c’ isaha cumi n’ imwe zo kumugoroba niho umunyegori w’ umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba n’ umugwi Wa Vitalo’ o fc ariwe Mac Arthur Arakaza yafata indege bikavugwako yoba yaronse uwundi mugwi yokinamwo
rthur
Nyuma yo kwumva iyo nkuru,ikinyamakuru cacu ubmnews cagerageje kumurondera kugira aduhe Umuco kubijanye nurwo rugendo rwiwe ariko tukaba twamukenye

Ikinyamakuru cacu kikaba kigiye kumurondera kugira aduhe umuco