NEWS

Arakaza Mac Arthur na Audna Munezero bahejeje kuronka imfura

on

Umuntambukanyi w’ umunyegori w’ umugwi nserukira gihugu w’ uburundi (Mac Arthur Arakaza) ariwe Audna Munezero ahejeje kwibaruka imfura yabo ya mbere.

Abicishije Ku rubuga rwiwe rwa facebook,Mac Arthur Arakaza akaba yagaragaje umunezero wiwe aho yashoboye kumenyesha ko umutambukanyi wiwe Audna Munezero ahejeje kumuvyarira impfura

Tworangiza tubamenyesha ko Mac Arthur aronse impfura yiwe mu gihe atari hano mu gihugu ciwe c’ amavukiro