NEWS

Amerika Ivuga Ko ‘Amatora yo kuwa 17 Rusama ataciye mu muco’.

on

Inyuma y’aho umugwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi utangarije ko EGO yatsinze mu matora yo guhinyanyura ibwirizwa shigiro, Departema ya Leta Zunze Ubumwe za Amerika zasohoye itangazo aho zivuga ko ‘amatora yo mu Burundfi yo guhinyanyura ibwirizwa shingiro ataciye mu muco’.

Iryo tangazo rigira riti: “Leta zunze ubumwe za Amerika zibona ko amatora mu Burundi yo guhinyanyura ibwirizwa shingiro ku wa 17 Rusama yaranzwemwo ukubura umuco, ukunumya ibinyamakuru hamwe no ukugerageza guhata abatora. Leta yararekuye ko abatavuga rumwe na leta bakora imyiyamazo yabo , ariko harabaye ibijanye n’uguhohotera cane abatavuga rumwe na leta mu mezi yatanguriye amatora maze bituma haba iterwa ubwoba. Ukubura abararorezi bigenga navyo nyene biratuma ivyavuye mu matora bitizerwa.

“Turabandanya turajwe ishinga ko ibwirizwa shingiro ryahinyanyuwe rizotuma haba ihindurwa ry’ibiringo vy’umukuru w’igihugu. Tukaba duhamagariye umugambwe uri ku butegetsi kwubahiriza ingingo ziri mu masezerano y’i Arusha, harimwo no kwubahirza ibiringo vy’umukuru w’igihugu. Ayandi mahinduka aza adahuza n’ingingo ziri mu maszerano y’i Arusha”.

Iryo tangazo ribandanya riti: “Turiyamirije twivuye inyuma ingingo ya leta[y’Uburundi] yo kwugara insamirizi za VOA na BBC. Iyi ngingo hamwe nzindi zitorohereza ibinyamakuru, uguhagarikwa mu kareganyo, imanza zicirwa abantu zikaze vyose vyerekana ko agateka ka zina muntu kabandanya gatituka mu Burundi. Duhamagarira leta y’Uburundi kwubahiriza uburenganzira bw’abanyagihugu bwo kutonka amakuru, ibikorane vya politike“.

Recommended for you

8 Comments

  1. Get More Information

    July 15, 2019 at 9:53 am

    I just want to tell you that I am newbie to blogs and honestly savored your blog site. More than likely I’m likely to bookmark your site . You definitely have excellent article content. Regards for sharing with us your web page.

  2. try here

    July 15, 2019 at 2:57 pm

    I simply want to tell you that I am very new to blogs and absolutely liked your blog. Probably I’m likely to bookmark your blog . You definitely come with outstanding articles and reviews. Thanks a bunch for sharing your blog.

  3. Best Porno escorts

    July 18, 2019 at 1:02 am

    You can certainly see your enthusiasm within the paintings you write. The sector hopes for even more passionate writers such as you who are not afraid to mention how they believe. Always follow your heart. “Everyone has his day and some days last longer than others.” by Sir Winston Leonard Spenser Churchill.

  4. Rocking chair assembly service

    July 18, 2019 at 4:06 am

    Thanks a lot for providing individuals with such a special opportunity to read articles and blog posts from this blog. It can be so pleasing plus packed with amusement for me personally and my office acquaintances to visit the blog the equivalent of 3 times a week to read the fresh items you have. And indeed, I am actually impressed with the attractive things you serve. Some 4 ideas in this posting are indeed the best I have had.

  5. Atlanta Furniture assembly service

    July 18, 2019 at 12:01 pm

    You are a very clever individual!

  6. John Deere Repair Manuals

    July 18, 2019 at 12:19 pm

    getting backlinks should be the first priority of any webmaster if he wants to rank well on search engines-

  7. cubicle installation

    July 18, 2019 at 3:21 pm

    Only wanna remark that you have a very nice site, I enjoy the pattern it really stands out.

  8. Office movers

    July 18, 2019 at 3:23 pm

    I have recently started a blog, the information you offer on this website has helped me greatly. Thank you for all of your time & work.

Leave a Reply

Your email address will not be published.