NEWS

Aimé Magera: ‘Uburundi Burakwiye Gufatirwa Ibihano Ruhasha’.

on

Mu rwandiko rw’Umugambwe FNL rwasinyweko na Aime Magera( asanzwe ayoboka Agathon Rwasa), Aimé Magera abona ko leta y’Uburundi yanse kugira uruhara ruboneka mu kugira ngo amahora agaruke mu Burundi, ko ata yindi nzira atari ‘ugufatira ibihano(Embargo) mu vy’ubutunzi bikaze Uburundi’.

Muri urwo rwandiko, Aime Magera akaba asaba Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya, Leta Zunze Ubumwe Za amerika na Ubumwe bwa Afrika ‘gukoresha uburyo bwose bushoboka kugira ngo Leta y’i Bujumbura igondozwe’.

Raba hano izo nyadiko zasinyweko na Aimé Magera:

Recommended for you