Thursday, June 8, 2023
HomeNewsAime M '' Abarundi turi abantu bapingana '' ukoresheje igiteramo nturonka abantu...

Aime M ” Abarundi turi abantu bapingana ” ukoresheje igiteramo nturonka abantu bacitabira kuko abarundi barasuzugurana

Nyuma yo kubona ko abaririnvyi b’abarundi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America ko badakunze gukora ibiteramo, Ikinyamakuru cambere c’abarundi gikunzwe cane hano muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ” twashimye kuganira numwe muba Star b’abarundi baba hano kugirango tumenye impanvu badakunze gukoresha ibiteramo.

Aime M, umwe mu baririnvyi bakunzwe cane hano ndetse azwi n’abarundi benshi, aho yaganira na UBM News yavuze ko impanvu abenshi badakunze gukoresha ibiteramo aruko usanga nkiyo ugikoresheje kenshi udashobora kuronka abarundi bacitabira ivyo navyo akaba arivyo twokwita nko gusuzugurana.

Aime M, yagize ati : Ndibaza ko hari abateramisha ibitemo , mugabo jewe ico nibaza nuko benshi babirimwo nkumukino not as a career, ikindi naco nuko ntashobora kuvugira Bose, kubwanje show ndazikora, nkazikorana nabaririnvyi babanyamerica canke by myself in small venues, Bisa nibigoye kugira abiwacu baze kukuraba kubera nuko atariko vyari bitegerezwa kumera, abarundi Turi n’ abantu bapingana Rero bica bituma naho wogerageza gukora show atawoza. Mugabo ndibaza ko ivyo vyose bizohinduka kubera akeza karakurikigwa. Kandi nikindi Iyo utumiye umuririmvyi ngo aze kuririmba ukaba Uzi ko ariko kazi kiwe, nigombwa ngo umurihe kubera ariwo mwuga wise naho woba atarwo umubeshejeho murako kanya 100% aho uba umufashije kugumana I yo ntumbero yuwo mwuga no gutera imbere, Kubwanje nfise price set ya burikintu, features, video apperence, shows, video shoot, recording etc… which can also be negotiated, mugabo niyo ugiriye umuntu kuri gusa kugira ufashe uwanyu, Ntabwo bavyitaho !

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...