Tuesday, March 28, 2023
HomePoliticsAgathon Rwasa ati Iradiyo n’imboneshakure vy’igihugu RTNB vyagizwe igikoresho c’ubutegetsi bwa CNDD-FDD.

Agathon Rwasa ati Iradiyo n’imboneshakure vy’igihugu RTNB vyagizwe igikoresho c’ubutegetsi bwa CNDD-FDD.

Umukuru w’umugambwe CNL avuga ko iradiyo n’imboneshakure vy’igihugu RTNB vyagizwe igikoresho c’abari ku butegetsi iki gihe mu Burundi hamwe n’umugambwe CNDD-FDD. Agathon Rwasa yabitangaje kuri uyu wa mbere mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru.

Must Read