NEWS

Abatavuga rumwe na leta basavye ko Ibwirizwa-Shingiro ‘rishasha’ rifutwa hamwe na ‘CENI nshasha’.

on

Mu gihe ibiganiro bihuza abarundi ariko bititabwe na leta vyaraye bisozerewe i Arusha muri Tanzania, abatavuga rumwe na leta bashikirije umuhuza ivyo basaba kugira amatora ya 2020 azokunde.

Nk’uko tubikesha Iradiyo y’Abongereza BBC, abo banyepolitike bashikirije umufasha w’umuhuza, Benjamin Mkapa, icegeranyo c’ivyo basaba birimwo ifutwa ry’ibwirizwa shingiro rihinyanyuye riheruka kwemezwa hamwe n’ifutwa ry’umugwi ujejwe amatora.

Basavye kandi ko hakurwako imitahe yo gufata abantu barenga 30 yasohowe na leta y’u Burundi, ibagiriza kugira uruhara mu migumuko nu kugerageza gutembagaza ubutegetsi mu 2015.

Ifoto yafashwe na BBC

Ikindi abo banyepolitike batavuga rumwe na leta y’u Burundi basaba, ni itahuka ry’impunzi zahunze amagume yo mu 2015, izishika 450.000.

Umuhuza Mkapa yavuze ko agiye kwihweza ico cegeranyo, agifadikanye n’icegeranyo c’imigambwe iri ku butegetsi n’iyo bicuditse casohorewe mu Kayanza i Burundi.

Azoca agira icegeranyo rusangi azoshikiriza umuhuza mukuru w’ibiganiro, Perezida Yoweri Museveni.

Umufasha w’umuhuza David Kapya yabwiye abamenyeshamakuru ko Prezida Museveni n’abakuru b’ibihugu b’akarere ari bo bazoshikiriza ingene ibiganiro ku matati y’abarundi bizobandanya.

Mkapa kandi yamenyesheje ko igikorwa yasabwe kurangura kirangiriye kuri bino biganiro vyo ku ncuro ya gatanu i Arusha.

Recommended for you

7 Comments

  1. check my site

    July 14, 2019 at 9:44 pm

    I just want to say I’m all new to blogging and absolutely liked you’re web page. Almost certainly I’m want to bookmark your blog . You certainly come with impressive stories. Regards for sharing with us your website page.

  2. John Deere Technical Manuals

    July 17, 2019 at 8:03 pm

    ?MrNewbieVideo? New News: With Five New Apps, Zoho Is Now The Largest Developer On The Google Apps Mar

  3. Patio set assembly service

    July 17, 2019 at 9:42 pm

    whoah this blog is excellent i love reading your articles. Keep up the good work! You know, a lot of people are looking around for this information, you can help them greatly.

  4. I was just searching for this info for a while. After 6 hours of continuous Googleing, at last I got it in your web site. I wonder what’s the lack of Google strategy that don’t rank this type of informative web sites in top of the list. Usually the top sites are full of garbage.

  5. Best Porno escorts

    July 17, 2019 at 10:43 pm

    That is really attention-grabbing, You’re an excessively professional blogger. I have joined your feed and look ahead to in the hunt for more of your great post. Additionally, I have shared your web site in my social networks!

  6. cubicle installation

    July 18, 2019 at 8:49 am

    Dead written written content , regards for information .

  7. Handy furniture assembly service

    July 18, 2019 at 9:36 am

    Thank you for the sensible critique. Me and my neighbor were just preparing to do a little research about this. We got a grab a book from our local library but I think I learned more from this post. I am very glad to see such great information being shared freely out there.

Leave a Reply

Your email address will not be published.