NEWS

Abasoda 1000 b’Abarundi bagiye kuvanwa muri Somaliya bitarenze Ruhuhuma 2019!

on

Mu rwandiko rwasizwe ahabona ku wa 19 Kigarama 2019, Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika rimenyesha ko abasoda b’Abarundi bashika ku 1000 bagiye kuvanwa muri ico gihugu mu kwezi kwa Ruhuhuma 2019.

Ivyo navyo biri mu migambi ya ONU hamwe n’Ishitrahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ryo kugabanya abasirikare bari mu gihugu ca Somalia mu mugambi wo kubungabunga amahoro. Abafasha abo basirikare bari bumvikanye ko bogiye baragabanya abasirikare bari muri Somalia guhera mu mwaka uza wa 2019.

None ingingo yafashwe bahereye ku basirikare b’Abarundi, kandi hariyo abo mu Buganda, Kenya n’ahandi.

Hari uwokwibaza igituma bahereye ku gukurayo abasoda b’Abarundi, ariko uko zivugijwe niko zitambwa. Vyoba biriko bitumwa n’umubano mubi wibonekeje mu misi iheze hagati ya Leta y’i Bujumbura n’ Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika na cane cane umukuru wabwo, Moussa Faki Mahamat?

https://twitter.com/PDWilliamsGWU/status/1075793738830622720

Abarundi isisnzi baheruka kuja mu mabarabara bakora imyiyerekano yo kwiyamiriza Moussa Faki Mahamat? Ku bijanye no gushaka kwinjirira ubutungane bw’Uburundi ku bijanye na dosiye ya Ndadaye aho Mahamat yari yabwiye Leta y’i Bujumbura ko yoreka ivyo kurengutsa Buyoya.

Raba urwo rwandiko hano:

Recommended for you

7 Comments

  1. gamefly free trial

    May 28, 2019 at 2:46 pm

    Helpful info. Lucky me I found your site unintentionally, and I am shocked why this twist of
    fate didn’t took place earlier! I bookmarked it.

  2. gamefly free trial

    May 31, 2019 at 10:07 am

    Good way of telling, and nice piece of writing to get data about
    my presentation focus, which i am going to convey in college.

  3. gamefly free trial

    May 31, 2019 at 12:17 pm

    Have you ever considered publishing an e-book or guest authoring on other blogs?

    I have a blog based upon on the same topics you discuss and would
    love to have you share some stories/information. I know my subscribers would appreciate your work.
    If you are even remotely interested, feel free to
    shoot me an e mail.

  4. gamefly free trial

    June 2, 2019 at 3:52 pm

    I have learn some excellent stuff here. Certainly price bookmarking for revisiting.

    I wonder how so much attempt you place to make one of these great informative web site.

  5. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 10:18 pm

    Quality content is the important to be a focus for the users to pay a quick visit the web site, that’s what this site
    is providing.

  6. gamefly free trial

    June 7, 2019 at 6:01 am

    I love your blog.. very nice colors & theme. Did you design this website yourself or did you hire
    someone to do it for you? Plz answer back as I’m looking
    to design my own blog and would like to know where u got this from.
    cheers

  7. gamefly free trial 2019 coupon

    June 10, 2019 at 10:39 am

    After checking out a handful of the blog articles on your site, I really
    like your technique of blogging. I saved it to my bookmark webpage list and will be checking back
    soon. Take a look at my website as well and tell me what you think.

Leave a Reply

Your email address will not be published.