NEWS

Abashatse Gutembagaza Ubutegetsi Nubu ‘Baracaronderwa’.

on

Kuva habaye ukugerageza gutembagaza ubutegetsi mu Burundi muri Rusama 2015, nubu Leta y’Uburundi ntiraruha no kurondera abashatse gutemabagaza ubutegetsi maze baca bahungira mu bindi bihugu.

Mu rwandiko rwagiye ahabona, Umunyamabanga wa Sentare Ntahinyuzwa y’Uburundi, Agnes Bangiricenge,yatangaje ko Uburundi “busaba ibihugu bihaye indaro abashatse gutemebagaza ubutegetsi[ mu 2015] bahunze kandi bakaba barasohorewe imitahe mpuzamakungu yo kubahagarika, ko vyobahagarika maze bagaherezwa ubutungane bw’Uburundi hanyuma bakishura kuvyo bakoze”.


Kuri urwo rwandiko hakaba hariko urutonde rw’abaronderwa n’Ubutungane bw’Uburundi nabo akaba ari aba bakurikira:
1. BUCUMI Moise
2. BUSOKOZA Bernard
3. NIYOMBARE Godefroid
4. HABARUGIRA Philbert
5. NGENDAKUMANA Leonard( yahoze ari komiseri mu gipolisi)
6. HATUNGIMANA Leonidas
7. NDUWIMANA Onesime
8. BAKUNDUKIZE Liboire( uwahora ari OPC1)
9. NIBIGIRA Edouard( yahoze ari komiseri mukuru w’igipolisi)
10. Nininahazwe Pacifique
11. NDIKUMANA Patrick
12. NSHIMIRIMANA Vital
13. GACIYUBWENGE Pontien( yahoze ari umushikiranganji wo kwivuna abansi)
14. SINDAYIGAYA Jean Claude
15. NDUWIMANA Patrick
16. BARANKITSE Marguerite
17. RUGURIKA Bob
18. NIYONKURU Gilbert
19. BASHIRAHISHIZE Dieudonne
20. NIYONGERE Armel
21. NITEREKA Arcade( yahoze ari liyetena koloneli)
22. NSHIMIRIMANA Edouard( yahoze ari koloneli)
23. TWAGIRAYEZU A.M Zacharie( yahoze ari koloneli)
24. NDAYIKEZA Emmanuel( yahoze ari major)
25. MINANI Jeremie
26. MINANI Jean
27. MITABARO Patrick
28. NIYUHIRE Anne
29. HAVYARIMANA Arcade
30. MUHOZI Innocent
31. NZEYIMANA Moise( yahoze ari generali de Brigade)
32. SINDUHIJE Alexis
33. NTIRANYIBAGIRA Jeremie( yahoze ari generali major)
34. NABINDIKA Guillaume( yahze ari komiseri mu gipolisi)

Recommended for you