Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsAbakobwa basa neza bahanuguye bakunda kidumu nibenshi pe ! Niwirabire ino Video...

Abakobwa basa neza bahanuguye bakunda kidumu nibenshi pe ! Niwirabire ino Video nawe hano !

Nimba utarabona ya Show idasanzwe Kidumu aheruka gukorera muri Germany nuyirabe hano ! UBM News twobibutsa ko Kidumu ari umwe mu baririnvyi b’abarundi bakorera i Show nyinshi hanze yigihugu.

UBM News tugiriyeho tubamenyesha yuko uno muririnvyi ko azoba ari hano muri Leta zunze ubumwe za America mu gisagara ca ( Dallas, Texas ) aho inkuru zizewe zadushikiriye uyu musi zivuga ko uno muririnvyi azoba aje guhabwa ubushimwe ( Awards ) n’abamwe mu baririnvyi b’abarundi baba hano muri Dallas, Texas .

Must Read