NEWS

Abakinyi 29 b’Intamba m’Urugamba batumweko

By

on

Umumenyereza w”’Intamba m’Urugamba, Alain Olivier Niyungeko, yatumyeko kur’uyu wagatatu, abakinyi 29 bakinira mu mirwi itandukanye harimwo niyo hanze y’iguhugu. Ni mu ntumbero yo kwitegurira urukino ruzohuza Uburundi na Tanzaniya biriko birahiganirwa kuja mu gikombe c’isi yose kizoba mu 2022 mu gihugu ca Qatar.Urwo rukino rukazoba itariki 4 z’ukwicenda.
Mwomenya ko n’uwumenyereza umurwi w’igihugu ca Tanzaniya ari umurundi yitwa Ndayiragije Etienne yasubiriye umunyanijeriya yitwa Emmanuel Amunike yahora arumukinyi akomeye mur’ico gihugu.
Urutonde rw’abo bakinyi batumweko mushobora kurw’isomera aho musi.
1.Ndikumana Justin
2.Nahimana Jonathan
3.Arakaza Mac Arthur
4.Bigirimana David
5.Ngando Omar
6.Moussa Omar
7.Nsabiyumva Frédéric
8.Bacanamwo Joël
9.Ramazani Diamant
10.Harerimana Rachid Léon
11.Ndaye Chancel
12.Duhayindavyi Gael
13.Bigirimana Gael
14.Kwizera Pierrot
15.Amissi Cédrid
16.Nahimana Shassiri
17.Moustafa Francis
18.Kamsoba Elvis
19.Akimana Akonkwa
20.Kasongo Benjamin
21.Ulimwengu Jules
22.Amissi Mohamed
23.Kanakimana Bienvenue
24.Shabani Hussein Tchabalala
25.Fiston Abdoul Razzak
26.Berahino Saido
27.Laudit Mavugo
28.Bimenyimana Bonfils Caleb
29.Shaka Bienvenue
#Lumitel #Football #FIFA

– avec Parfait Ndayisenga, David Blaugrana El Qatalogne et Jerry Seven Iteriteka.

Recommended for you