NEWS

Abakinyi 25 bo hanze nibo bahamagawe mu rukino ruzohuza Burundi-Gabon

By

on

Urwo rukino rw’amaguru rukaba ruzoba igenekerezo rya 23 ntwarante ku kibuga c’umupira citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore. Umumenyereza w’abakinyi bakuze b’Intamba mu Rugamba, Olivier Niyungeko, akaba yahamagaje abakinyi bashika 25 bakinira hanze y’igihugu.

Urwo rukino akaba arurwo gusubiriza aho urukino rwambere rwabereye mu gihugu ca Gabon aho Uburundi bwanganije n’igihugu ca Gabon igitsindo kimwe ku kindi. Uburundi bukaba buri murwi C burikumwe n’ibihugu vya Mali  bufise amanota 11, Uburundi bufise amanota 9, Gabon amanota 7 hamwe na Soudan du Sud gifise Ubusa.

Iryo higanwa rya Afrika ry’umupira w’amaguru rigira 32 rizobera mu gihugu ca Egypte ku ma genekerezo ya 21 ruheshi gushika itariki 19 mukakaro.

Urutonde rw’abo bakinyi

  1. NAHIMANA Jonathan: KMC (Tanzanie)
    2. NDIKUMANA Justin: SOFAPAKA (Kenya)
    3. ARAKAZA MC Arthur : Lusaka Dynamos (Zambia)
    4. NSABIYUMVA Frédéric: CHIPPA UTD (RSA)
    5. MOUSSA Omar: SOFAPAKA (Kenya)
    6. NGANDO Omar: AS Kigali (Rwanda)
    7. HARERIMANA R. Léon: AS Kigali (Rwanda)
    8. NSHIMIRIMANA David: MUKURA VS(Rwanda)
    9. NDUWARUGIRA Christophe: AMORA TB Saad (Portugal)
    10. NIZIGIYIMANA A. Karim: Vipers FC ( Uganda )
    11. DUHAYINDAVYI Gael: Mukura (Rwanda)
    12. BIGIRIMANA Gael : Hibernian (Ecosse)
    13. KWIZERA Pierre : Al Oruba ( Oman )
    14. PAPY Fati: Malanti Chiefs (Swaziland)

Recommended for you

Leave a Reply

Your email address will not be published.