INTERNATIONAL NEWS

Abahinga ba ONU bavuga ko Koreya ya Ruguru ntiraheba umugambi wayo w’ibigwanisho ruhonyanganda.

on

Inyuma y’aho iperereza rya Amerika ritangarije ko igihugu ca koreya ya ruguru kitarahagarika umugambi wayo wo guhingura ibigwanisho ruhonyanganda, bu hoho abahinga ba ONU bamenyesheje ko ico gihugu ca Koreya ya Ruguru kikibandanya umugambi wayo w’ibigwanisho ruhonyanganda.

Abo bahinga ba ONU bakamenyesha ko Koreya ya Ruguru ikibandanya ihonyanga ingingo zafashwe ku bijanye n’ibihano ONU yafatiye ico gihugu kubera uguhingura ibigwanisho ruhonyanaganda mu kubandanya ihingurwa rya missiles zisika kure.

Icegeranyo c’abo bahinga ba ONU cashizwe ahaona na Associated Press(AP) kimenyesha ko Koreya ya Ruguru iguma igerageza kugurisha ibigwanisho ku bihugu vya Syria, Yemen, Sudan na Lybia. Ico cegeranyo kandi kikamenyesha ko koreya ya Ruguru yabandanije ikorana na Syria mu buryo ONU itemera.

Uwo mugwi w’abahinga ba ONU ukamenyesha ko ubandanaya ukora amatohoza kuri Koreya ya Ruguru ku bijanye n’umugambi wo kubandanya ishora ibigwanisho muri Aziya yo mu Buseruko na Afrika.

Ayo makuru yagiye ahabona akaba ashobora gusubira gutuma Leta Zunze Ubumwe za Amerika zirabana ayingwe kandi na Koreya ya Ruguru inyuma y’umubonano na Donald Trump.

Naho Trump yamenyesheje ko Koreya ya Ruguru itakiri akaga kuri Amerika, ntaco aravuga kuri ayo makuru yagiye ahabona ku vyerekeye Koreya ya Ruguru.

Recommended for you

12 Comments

  1. Elva

    June 25, 2019 at 2:19 am

    It’s actually a nice and helpful piece of information. I’m satisfied that you simply shared this useful information with us.
    Please keep us up to date like this. Thanks for sharing.

  2. genesis mining promo code 2019

    June 28, 2019 at 9:00 pm

    Im grateful for the blog post. Keep writing.

  3. Susanne

    July 10, 2019 at 9:35 pm

    You really make it seem so easy with your presentation but I find this matter
    to be actually something which I think I would never understand.
    It seems too complex and extremely broad for me.

    I’m looking forward for your next post, I will try to get the
    hang of it!

  4. Gemma

    July 11, 2019 at 1:43 pm

    Fantastic post but I was wondering if you could write a litte more on this topic?
    I’d be very grateful if you could elaborate a little bit further.
    Many thanks!

  5. Aimee

    July 13, 2019 at 2:15 am

    This site was… how do I say it? Relevant!! Finally I’ve found something that helped me.
    Cheers!

  6. Perry

    July 13, 2019 at 11:22 am

    That is a very good tip particularly to those new to
    the blogosphere. Brief but very accurate information…
    Many thanks for sharing this one. A must read article!

  7. Lona

    July 13, 2019 at 4:11 pm

    Link exchange is nothing else except it is simply placing the other person’s webpage link on your page at
    suitable place and other person will also do same for you.

  8. Edmundo

    July 13, 2019 at 4:43 pm

    Hello, I think your blog might be having browser compatibility issues.

    When I look at your website in Ie, it looks fine but when opening in Internet Explorer, it has some overlapping.
    I just wanted to give you a quick heads up! Other then that, very good blog!

  9. Trinidad

    July 13, 2019 at 5:38 pm

    Spot on with this write-up, I really feel this amazing site
    needs a great deal more attention. I’ll probably be
    back again to see more, thanks for the advice!

  10. Willis

    July 14, 2019 at 12:46 am

    I have been browsing online more than 2 hours today, yet I never found any interesting article like yours.
    It is pretty worth enough for me. In my opinion, if all website owners and bloggers made good
    content as you did, the internet will be a lot more useful than ever before.

  11. Paula

    July 16, 2019 at 12:29 pm

    This blog was… how do you say it? Relevant!! Finally I’ve found something that helped
    me. Thanks!

  12. Rene

    July 18, 2019 at 9:10 am

    Great post. I used to be checking continuously this weblog and I am inspired!
    Extremely helpful information specially the remaining part 🙂 I care for such information a lot.
    I was seeking this certain information for a long
    time. Thank you and best of luck.

Leave a Reply

Your email address will not be published.