NEWS

Abagize umugwi wa ONU ukora amatohoza ku Burundi ‘ntibemerewe guhonyoza ikirenge ku butaka bw’Uburundi’.

on

Inyuma y’aho abantu babatu harimwO babiri bo muri Afrika, bagize umugwi wa ONU ukora amatohoz ku Burundi bashiriye ahabona icegeranyo gikaze cane kiza gishira mu kangaratete leta y’i Bujumbura, Ubushikiranganji bw’imigenderanire n’ayandi makungu bwahisemwo ‘kwankira abo bagize uwo mugwi wa ONU guhonyoza ikirenge mu Burundi’.

Abo nabo bagize uwo murwi akaba ari Doudou Diene wo muri Senegal, Lucy Assuagbor wo muri Cameroun na Francoise Hampsonwo mu Bwongereza.

Isomere hano iryo tangazo ryasinyweko a Ezechiel Nbigira, atwara ubushikiranganji bw’Uburundi n’ayandi makungu:

Recommended for you