NEWS

AB Nabil interview ” Ubuzima yaciyemwo | ukuntu yitwaramwo ivyabakobwa | inzoga n’itabi ngo…

on

Umuririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America ” AB Nabil, twakoranye ikiganiro kijanye n’umuziki wiwe, ingene yatanguye, intambwe agezeho ndetse n’ubuzima bwiwe busanzwe bwa misi yose, kurikirana ikiganiro cose hano.

Recommended for you