Tuesday, March 28, 2023

Amakuru Agezweho yihuta '' Trending news

Amakuru yo mu makungu '' International News

Ubutunzi

- Advertisement -

Umutekano

Amakuru yinkino

Argentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.

Igihugu ca Argentine nico catahukanye igikombe c’isi c’uno mwaka wa 2022. Ni inyuma yo gutsinda igihugu c’ubufaransa amapenariti 4 ku busa, hari...

Performance Training

Abanyeshure barenga ibihumbi 70 nibo bahevye amashure mu gice ca mbere c’umwaka wa 2022/2023.

Abanyeshure barenga ibihumbi 70 nibo bahevye amashure mu ntara zitandukanye z’uburundi mu gice ca mbere c’umwaka wa 2022 ushira uwa 2023. Ivyo vyoba vyaturutse...

Perezida Ndayishimiye avuga Gabriel Rufyiri ko ari mu barundi bafise ivyiyumviro biboze.

Umukuru w’igihugu c’uburundi Varisito Ndayishimiye yihaniza Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe OLUCOME kutoza anegura imigambi yo kurwanya ubukene n’inzara ariko akora. Kubwa Perezida Ndayishimiye, ngo...

Umunyepolitike Jérémie MINANI avuga ko amazina y’abazoba bagize Leta y’abatavuga rumwe agiye gushirwa ahabona vuba.

Haraciye ikiringo c’imisi indwi hatangajwe ko abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwa CNDD-FDD bari mu buhungiro bagiye gushiraho Leta yabo izoba ibangabanganywe n’intwaro ihari iki gihe...

Amerika yemeza ko imbonerakure zifadikanije n’imirwi y’abasirikare b’uburundi bari kurwanira muri Congo kuva mu mpera za 2021.

Urwaruka rw’imbonerakure rwifadikanije n’imwe mu mirwi y’abasirikare b’uburundi bari kurwanira ku butaka bwa Leta ya Congo kuva mu mpera z’umwaka wa 2021.Ivyo biri mu...

Inyuma ya OLUCOME, irindi shirahamwe ryitwa ALUCOMAFB rije kurwanya abasesagura amatungo ya Leta ryaraye rivutse.

Ishirahamwe ALUCOMAFB ryiyemeje kurwanya abasesagura amatungo ya Leta hamwe na forode ryaratanguye gukorera ku mugaragaro kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Ntwarante...
- Advertisement -